Umugambi wo gushigikira amashirahamwe y’ubutunzi bufatiye ku buhinga

Ibikorwa vya PAFEN bitumbereye kuduza ikoreshwa ry’ubuhinga mu gukwiragiza enterinete n’urutonde rw’abamaze gukoresha ubwo buhinga biciye mu bikorwa bikwegera abantu gushira imitahe mu nyubako z’ubuhinga buramba kandi buhanitse mu bijanye n’ibidukikije kandi bituma abakenera ubwo buhinga biyongera biciye mu bikorwa vyo gushikira ubuhinga. Ibi bikurikira nivyo bizofatirwako mu kuraba ko umugambi wagenze neza :
Kuduza ugushikira enterinete nyinshi aho itarashika neza :
Urugero rwa enterinete nyinshi: ibice vy’abantu bakuze bafise enterinete ikora (ngendanwa canke iri hamwe), vyerekana ibice vy’abakenyezi n’ababa mu mitumba (Kw’ijana)
Kuduza ubushobozi bwo gukora ibikorwa vya reta biciye mu buhinga:
Ibisata bisangiwe vyashizweho na reta bifasha abantu biciye mu buhinga (Igitigiri)

Indongozi

Coordonnateur du Projet
Ajejwe Ibikorwa
Umuhanuzi w’ubuhinga
Ajejwe Intwaro

Ihangiro ryacu ni ugushiraho
reta ikoresha ubuhinga bwa none.

+257 22 25 87 50
Mufise ico mubaza

Abafashwa Abafashwa

Abazofashwa n’uwu mugambi bazoba ari ababa mu Burundi, cane cane abenegihugu, amashirahamwe y’abigenga, amashirahamwe ya reta, bazoronka enterinete nziza n’ibikorwa biciye mu buhinga
24
KI

Ibirego