Apr - 28 - 2023 8.00 am

Riteguwe n’ubushikiranganji bujejwe ubuhinga, ubw’ubudandaji n’ubw’urwaruka bufatanije n’amashirahamwe nka PNUD, PAEEJ na CNJB, ihiganwa ryo kuzana bishasha rifise ihangiro ryo gutora ivyiyumviro vyiza, bifise akabirya, bishikirijwe n’urwaruka rw’uburundi. Ibifatirwako mu gutora: ubwiza bw’umugambi, ko wisunga ivyo abantu bakeneye, ko wujuje ivy’ubuhinga kandi ko ushoboka mu bijanye n’amafaranga.

Event Details

Organizer : PNUD SETIC

Start Date : Apr - 28 - 2023

End Date : Nd - 28 - 2023

Time : 8.00 am

Cost : 0

Event Venue

Venue : Zion Beach

Address : Zion Beach, Bujumbura -Burundi

E-mail : info@pafen.gov.bi

Website : https://pafen.gov.bi

Event Form






    GaboGore

    Event Location

    KI

    Ibirego