Kuki umugambi wo gushigikira amashirahamwe y’ubutunzi bufatiye ku buhinga?

  • Le PAFEN itumbereye kuduza umurindi wa enterinete no gufasha reta kuduza ubushobozi bwo gufasha abantu biciye mu buhinga, ari navyo bizofasha gushiraho umushinge w’ubutunzi bwihuta bufatiye ku buhinga mu Burundi.

  • Ibikorwa vy’uyu mugambi bitumbereye kuduza ikoreshwa ry’ubuhinga mu gukwiragiza enterinete n’urutonde rw’abamaze gukoresha ubwo buhinga biciye mu bikorwa bikwegera abantu gushira imitahe mu nyubako z’ubuhinga buramba kandi buhanitse mu bijanye n’ibidukikije kandi bituma abakenera ubwo buhinga biyongera biciye mu bikorwa vyo gushikira ubuhinga. Uwo mugambi ugizwe n’ibisata 4 bikurikira:

4
Ubuhinga kuri bose
Iki gisata kizofasha abantu benshi gushikira ubuhinga ku murindi munini, hamwe n’igisata c’ibiharuro dukesha uburyo bw’amafaranga bwo gushigikira ihinduka ry’isoko y’umurindi munini, ugushira imitahe mu rufatane rufasha mu bikoresho vyo gushikira ubuhinga bw’aho bari.
Ikoreshwa ry’ubuhinga mu bikorwa vya reta
Iki gisata kizotanga uburyo bw’ibikoresho bikora hose mu gushoboza reta gufasha abantu mu vy’ubuhinga n’ikoreshwa ry’ibikoresho vy’ubuhinga mu bikorwa vy’intwaro y’Uburundi.
Urwego rurongoye kandi rutunganya umugambi
Iki gisata kijejwe kuronderera uburyo ibikorwa vyo kurongora no gutunganya umugambi, itangwa ry’amasoko, itunganywa ry’ivy’ubutunzi, ikurikirana n’isuzuma, hamwe no kubungabunga ibidukikije n’ivy’imibano.
Umugwi w’ubutabazi bwihuta
Iki gisata gitanga inyishu yihuta kikanategekanya ivyokorwa mu gihe hokwaduka ibiza bijanye n’ibidukikije canke ibiza kama hamwe n’ibibazo vyihuta vyo mu magara y’abantu.

0+ miriyoni

Abakoresha imbuga mpuzabagenzi

0+ miriyoni

Abakoresha enterinete

0+ miriyoni

Abantu

0+ km2

Uburinganire

Iyandikishe

Ronka amakuru mashasha

Ivyimirije kuba

PAFEN iregeranya abantu bafise uburambe. Raba mu nteguro y’ibikorwa vyacu vya kazoza ibihuriranye n’ivyo ukunda.
Semaine du Jeune Codeur : Concours numérique Inclusif
Ivyaheze
May - 15 - 2023
Semaine du Jeune Codeur : Concours numérique Inclusif
9.00 am
Royal Palace Hotel, Av. du large, Bujumbura -Burundi
Menya vyinshi
Innovation Week , 2ème édition
Ivyaheze
Apr - 28 - 2023
Innovation Week , 2ème édition
8.00 am
Zion Beach, Bujumbura -Burundi
Menya vyinshi
KI

Ibirego